Matayo 8:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Barasemerera, bati Duhuriye hehe ga Mwana w’Imana? Uje hano kutubabaza agashinyaguro igihe cacu kitarashika? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Bamubonye, abo badayimoni baca barasemerera bati: “Uturonderako iki ga Mwana w’Imana? Uje kutubabaza kandi igihe cacu kitaragera?” Viz kapitola |