Matayo 8:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Maz’ umunyamibembe aza kuri we, aramupfukamira, ati Mugenzi, ukunze, woshobora kumpumanura. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe2 Maze haza umuntu arwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.” Viz kapitola |