Matayo 8:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 ngw ivyavuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya biboneke, ng’ Ubgiwe ni we yatwara ubumuga bgacu, akikorera n’indwara zacu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe17 Ivyo yabikoze kugira ngo ijambo uwavugishwa n’Imana Yesaya yavuze rishike, aho yavuze ati: “Yikoreye ubumuga bwacu, yishirako ingwara zacu zose.” Viz kapitola |