Matayo 8:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Yesu yinjiye mu nzu kwa Petero, abona inabukwe aryamye afashwe n’umururumbo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe14 Yesu aca aja i muhira kwa Petero, asanga inabukwe wa Petero ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane. Viz kapitola |