Matayo 7:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Isegenya iragwa, inkukūra iratwaza, igihuhuta kirahuhuta, bisūrira kuri nya nzu, irasenyuka, kand’ isenyerana ryayo riba irikomeye. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe27 imvura yaraguye, inzuzi ziruzura, igihuhusi kirahuhuta, vyisuka kuri nya nzu, hanyuma irasenyuka kandi isenyuka ryayo riba irikomeye.” Viz kapitola |