Matayo 6:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kandi ni mwasenga, ntimukabomboranye amanwa nk’ukw abanyamahanga bagira: biyumvira yuko bazokwumvirwa kubg’ amajambo yabo menshi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 Iyo musenga, ntimuvuge amajambo menshi nk’abatizera Imana, biyumvira ko Imana ibumva kubera amajambo menshi bavuze. Viz kapitola |