Online Bible

- Reklamy -




Matayo 6:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Ikibaganyisha impuzu n’iki? Ni murābe amashurwe yo ku misozi ingen’ akura, ntiyirirwa aratama, ntajisha impuzu;

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ni kuki mwiganyira kubera ivyo mwambara? Nimwitegereze ingene amashurwe yo ku misozi akura. Ntakora kandi ntajisha impuzu.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 6:28

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy