Matayo 5:46 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Ni mwakunda ababakunda, muri n’impēra ki? Mbeg’ abatozakori bo si ko bagira? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe46 Nimwakunda ababakunda gusa, n’iki cotuma muhabwa impera n’Imana? Mbega abatozakori bo si uko babigenza? Viz kapitola |