Online Bible

- Reklamy -




Matayo 5:45 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 kugira ngo mube abana ba So wo mw ijuru, kukw atuma izuba ryiwe rirasira ababi n’abeza, kand’ aha imvura abagororotsi n’abagabitanya.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 kugira ngo mumere nk’abana ba Data wo mw’ijuru, kuko atuma izuba ryiwe ryakira ababi n’abeza akagwishiriza imvura abagororotse n’abatagororotse.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 5:45

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy