Matayo 5:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 umuntu ni yagomba kukubūranya ngw akunyage ipfundo, umuhebere n’umutamana; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 Kandi umuntu niyagomba kukuburanya kugira ngo akunyage ishati yawe, umuhebere n’ikoti na yo. Viz kapitola |