Matayo 5:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Mwarumvise kandi kw aba kera bābgiwe, ngo Ntukarahire ngo wirahuruze, arik’ uz’ ukorere Uhoraho ivyo wamusezeraniye: Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe33 Kandi, mwarumvise ko ba sogokuruza babwiwe ngo: ‘Ntukivuguruze ku vyo warahiye, ariko ushitse ivyo wemereye Uhoraho.’ Viz kapitola |