Matayo 4:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Umugeragezi aza kuri we, ati Ni waba ur’ Umwana w’Imana, bgira aya mabuye acike imitsima. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe3 Umugeragezi aca aramwegera, amubwira ati: “Niwaba uri Umwana w’Imana, bwira aya mabuye ahinduke imikate.” Viz kapitola |