Matayo 4:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Guhera ubgo, Yesu atangura kwigisha, ati Mwihane, kuk’ ubgami bgo mw ijuru buri hafi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe17 Kuva ico gihe Yesu aca atangura kuvuga Ubutumwa Bwiza no kwigisha, ati: “Nimwihane kuko Ubwami bw’ijuru buri hafi.” Viz kapitola |