Matayo 4:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Buno Yesu adūganwa na Mpwemu mu bugaragwa ngw ageragezwe n’Umurwanizi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe1 Hanyuma Yesu aca ajanwa na Mpwemu mu bugaragwa kugira ngo ageragezwe na Satani. Viz kapitola |