Matayo 28:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Maze Yesu ahwana na bo, ati N’amahoro. Baramwēgēra, bamufata ku birenge, baramusenga. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe9 Ubwo nyene, Yesu aca ahura na bo arabaramutsa. Na bo baramwegera bamufata ku birenge baramusenga. Viz kapitola |