Online Bible

- Reklamy -




Matayo 28:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Bava ku mva n’ingoga, bari n’ubgoba n’akanyamuneza kenshi, birukanga kubibgira abigishwa biwe.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Abo bagore baca bava ku mva, bagenda bihuta. Bari bafise ubwoba ariko kandi bafise n’akanyamuneza kenshi. Nuko bariruka baja kubwira abigishwa biwe iyo nkuru.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 28:8

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy