Matayo 28:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Arik’ umumarayika abgira ba bagore, ati Mweho ntimutinye, kuko nzi ko murondera Yesu, umwe yabambga; Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe5 Umumarayika abwira abo bagore ati: “Mweho ntimutinye, kuko ndazi ko murondera Yesu yabambwe. Viz kapitola |