Matayo 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Bati N’i Betelehemu mu gihugu c’i Yudaya, ni ko vyanditswe n’umuntu yavugishwa n’Imana, Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe5 Baramwishura bati: “Ni i Betelehemu mu ntara ya Yudaya, kuko ari ko vyanditswe n’uwavugishwa n’Imana ngo: Viz kapitola |