Matayo 2:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Akoranya abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe bose bo mur’ ubgo bgoko, arababaza, ati Kristo azovukira hehe? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe4 Aca akoranya abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe, ababaza ati: “Vyanditswe ko Kristo azovukira hehe?” Viz kapitola |