Matayo 2:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Avyutse, ajana umwana na nyina, aragenda, ashika mu gihugu c’i Bgisirayeli. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe21 Yosefu arahaguruka, afata umwana na nyina basubira mu gihugu ca Isirayeli. Viz kapitola |