Online Bible

- Reklamy -




Matayo 2:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 aramubgira, ati Vyuka, ujane umwana na nyina, uje mu gihugu c’i Bgisirayeli, kukw abārondera kwica umwana bāpfuye.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 amubwira ati: “Haguruka ujane umwana na nyina usubire mu gihugu ca Isirayeli, kuko abahora barondera kwica uwo mwana bamaze gupfa.”

Viz kapitola kopírovat




Matayo 2:20

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy