Online Bible

- Reklamy -




Matayo 12:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Abagabo b’i Ninewe bazovana hasi n’ab’ uru runganwe ku musi w’amateka, babatsindishe: kuko bihannye aho bumviye ubutumwa buvuzwe na Yona; kandi rāba, ūruta Yona ari hano.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Ku musi wo guca imanza, abantu b’i Ninewe bazohaguruka bagirize abantu ba kino gihe kandi babatsindishe, kuko bo bihanye bamaze kwumva ubutumwa bwa Yona; ariko raba uwuruta Yona ari hano.

Viz kapitola kopírovat




Matayo 12:41

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy