Matayo 12:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’urufi, ni ko n’Umwana w’umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu i kuzimu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 Kuko nk’uko Yona yamaze imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’ifi, ni ko n’Umwana w’Umuntu azomara imisi itatu n’amajoro atatu mu nda y’isi. Viz kapitola |