Matayo 12:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Umunyangeso nziza akūra ivyiza mw itunga ryiwe ryiza; umunyangeso mbi akūra ibibi mw itunga ryiwe ribi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Umuntu mwiza akura ivyiza mu bubiko bwiza bw’umutima wiwe, umubi na we agakura ibibi mu bubiko bubi bw’umutima wiwe. Viz kapitola |