Matayo 12:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze bamuzanira impumyi y’ikiragi yinjiwemwo na dayimoni, arayikiza; ico kiragi kiravuga, kirahumūka. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe22 Hanyuma bamuzanira umuntu aboshwe n’umudayimoni amutera kuba impumyi n’ikiragi. Nuko Yesu akiza uwo muntu, aca aravuga kandi arabona. Viz kapitola |