Matayo 11:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Impumyi zirahumūka, abacumbagira bagenda neza, abanyamibembe barakizwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabgirwa ubutumwa bgiza. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe5 impumyi zirahumuka, ibimuga biragenda, abanyamibembe barahumanuka, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazuka, kandi aboro barabwirwa ubutumwa bwiza. Viz kapitola |