Matayo 11:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 mwikoreze ingata yanje, munyigireko; kuko nd’ umugwaneza, niyoroheje mu mutima; namwe muzoronka uburuhukiro bg’imitima yanyu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Mwakire umutwaro wanje hanyuma munyigireko kuko ndi umugwaneza kandi nicishije bugufi mu mutima, namwe muzoronka uburuhukiro bw’imitima yanyu. Viz kapitola |