Online Bible

- Reklamy -




Matayo 11:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Ariko Yohana ari mu nzu y’imbohe, yumva ivyo Kristo akora, atuma abigishwa biwe kumubaza,

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Yohana ari mw’ibohero, yumva ivyerekeye ibikorwa vya Kristo, hanyuma amutumako abigishwa biwe kumubaza bati:

Viz kapitola kopírovat




Matayo 11:2

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy