Matayo 10:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Mbeg’ utunyoni tubiri ntitugurwa ikuta? Ariko muri two nta na kamwe gakorokera hasi, So atabizi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Mbega utunyoni tubiri ntitugurwa hafi ubusa bw’amahera? Ariko nta na kamwe muri two gakorokera hasi So wo mw’ijuru atavyemeye. Viz kapitola |