Matayo 10:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Ntimuze mutinye abica umubiri, badashobora kwica ubugingo: cane‐cane mutinye ūshobora guhonereza ubugingo n’umubirimuri Gehinomu. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe28 Ntimugatinye abashobora kwica umubiri ariko badashobora kwica ubugingo. Ahubwo, mutinye Imana, yo ishobora guhonya ubugingo n’umubiri, ikabita muri Gehinomu. Viz kapitola |