Matayo 10:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ahamagara abigishwa biwe cumi na babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye n’ubgo kuzisenda, no gukiza indwara zose n’ubumuga bgose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu ahamagara abigishwa biwe cumi na babiri abaha ububasha bwo kwirukana impwemu zihumanye no gukiza ubumuga bwose n’ingwara zose. Viz kapitola |