Matayo 1:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kandi ntiyigera amwēgēra gushitsa aho yavyariye umwana w’umuhungu; araheza amwita YESU. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe25 Ariko ntibigeze baryamana nk’umugore n’umugabo kugeza amaze kuvyara uwo mwana w’umuhungu; hanyuma amwita Yesu. Viz kapitola |