Matayo 1:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Nuko ba sekuruza bose guhera kuri Aburahamu gushitsa kuri Dawidi n’icumi na bane, kandi guhera kuri Dawidi gushitsa ku gihe co kwambukanwa i Babuloni n’icumi na bane, kandi guhera ku gihe co kwambukanwa i Babuloni gushitsa kuri Kristo n’icumi na bane nyene. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe17 Ni ukuvuga ko habayeho urukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva kuri Aburahamu gushika kuri Dawidi; n’iyindi cumi n’ine kuva kuri Dawidi gushika igihe bajanwa kuba abanyagano i Babiloni; hongera haba urundi rukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva bagarutse bavuye mu buja gushika kuri Kristo. Viz kapitola |