Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Maz’ igicu kiraza kibatera igitūtu, ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje nkunda, ni mumwumve.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Maze haza igicu kirabatwikira, hanyuma ijwi ryumvikanira muri ca gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane. Nimumwumvirize!”

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:7

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy