Mariko 9:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Bashika i Kaperinawumu. Yinjiye mu nzu arababaza, ati Mwāhārīra ibiki mu nzira? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe33 Nuko bashika i Kaperinawumu. Ashitse mu nzu abaza abigishwa biwe ati: “Mbega mwariko muharira ku ki igihe twari mu nzira tuza?” Viz kapitola |