Mariko 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 impuzu ziwe zirakayangana, zera derere, kandi nta mumesuzi kw isi yoshoboye kuzeza artyo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe3 Impuzu ziwe zirera cane, zica ibibatsi; nta muntu n’umwe kw’isi yozimesuye ngo zere nk’uko. Viz kapitola |