Mariko 9:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Irataka, iramujegeza cane, imuvamwo, amera nk’ūhwereye, bituma abenshi bavuga bat’ Arahwereye. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe26 Ya mpwemu ihumanye ivuza induru, ijegeza cane wa mwana, hanyuma imuvamwo. Uwo mwana aca amera nk’uwupfuye, kandi benshi bavuga bati: “Arapfuye.” Viz kapitola |