Mariko 9:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Baramuzana. Iyo mpwemu imubonye ica iramujegeza cane, aratemba, arigaragura, abimba ifuro. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Nuko bamuzanira wa mwana. Ya mpwemu mbi ikibona Yesu, itangura kumujegeza cane, agwa hasi, arikumbagaza, ibira ifuro mu kanwa. Viz kapitola |