Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Imisi itandatu ishize, Yesu ajana Petero na Yakobo na Yohana, abadūgana igisozi kirekire ari bonyene. Ahinduka ukundi imbere yabo,

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Haheze imisi itandatu, Yesu ajana na Petero, na Yakobo na Yohana abadugana ku musozi muremure aho bashobora kuba bonyene. Bari ngaho ishusho ya Yesu ihinduka babona.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:2

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy