Mariko 9:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Arabishura, ati Yemwe ab’iki gihe mutizera, nzogeza ryari kubana namwe? Nzogeza ryari kubihanganira? Ni mumunzanire. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe19 Yesu yishura avuga ati: “Mwa bantu b’iki gihe, nta kwizera mufise! Mbega nkwiye kugumana namwe igihe kingana gute? Mbega nzobihanganira gushika ryari? Nimunzanire uwo mwana.” Viz kapitola |