Online Bible

- Reklamy -




Mariko 9:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Bariko barashikīra abigishwa, babona ishengero ryinshi ribajiguje, n’abanyabgenge b’ivyanditswe bahārīra na bo.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Bagarutse aho abandi bigishwa bari, babona abantu isinzi babakikije kandi bamwe mu bigisha b’ivyanditswe ni ho bari bari baharira na bo.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 9:14

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy