Mariko 9:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ariko ndababgira yuko Eliya yamaze kuza, kandi bamwigiriye uko bagomba kwose, nk’uko vyanditswe kuri we. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 Ariko ndababwire, Eliya yamaze kuza, kandi abantu bamukoreye ivyo bishakiye, nk’uko Ivyanditswe vyera bibivuga.” Viz kapitola |