Mariko 8:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Afata iyo mpumyi ukuboko, ayikūra mu mihana, acira amate mu maso yayo, ayirambikakw ibiganza, arayibaza, ati Har’ ico ubona? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe23 Nuko afata ukuboko ya mpumyi ayijana inyuma y’imihana. Ahejeje gucira amate ku maso ya ya mpumyi, ayirambikako ibiganza, arayibaza ati: “Hari ikintu ubona?” Viz kapitola |