Online Bible

- Reklamy -




Mariko 8:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Ati Kandi hamwe namanyagurira ya mitsima ndwi ibihumbi bine, mwatororokanije ibivumvu bingahe vyuzuye utumanyagu? Baramwishura, bati N’indwi.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Yesu arabandanya ati: “Hamwe namanyagura ya mikate indwi nkagaburira abantu ibihumbi bine, mwegeranije ibiseke bingahe vyuzuye utumanyu basigaje?” Baramwishura bati: “Indwi.”

Viz kapitola kopírovat




Mariko 8:20

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy