Mariko 8:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Amaso ko muyafise ntimuruha mubona? Mufise amatwi, ntimwumva, kandi ntimwibuka? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Ko mufise amaso, ni kuki mutabona? Ko mufise amatwi, ni kuki mutumva? Nta kintu na kimwe mwibuka? Viz kapitola |