Mariko 8:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Uwo mwanya atambukira mu bgato, bo n’abigishwa biwe, aja ahēgereye i Dalamanuta. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe10 Ubwo nyene aca aja mu bwato n’abigishwa biwe baja mu karerere ka Dalamanuta. Viz kapitola |