Mariko 7:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kand’ ati Nka ko mwagize neza gukēngēra icagezwe c’Imana, ngo muziririze iyo migenzo yanyu! Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe9 Yongera arababwira ati: “Mwagize ishaka ryo kutubahiriza amabwirizwa y’Imana kugira ngo mwubahirize imigenzo yanyu! Viz kapitola |