Online Bible

- Reklamy -




Mariko 7:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ararangamiza, arāba mw ijuru, yitsa umutima, arakibarira, ati Efata, risobanurwa ngo Zibūka.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ahanga amaso mw’ijuru, ariruhutsa, maze abwira wa muntu ati: “Efata!” (bisigura ngo: “Zibuka”).

Viz kapitola kopírovat




Mariko 7:34

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy