Mariko 7:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Na we aramwishura, ati Nka ko, Mugenzi, utubga na two turi musi y’ameza twīrīra utuvunguka tw’abana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe28 Na we aramwishura ati: “Mwami, n’imbwa na zo zirarya utwo abana bakororeye musi y’imeza.” Viz kapitola |