Mariko 7:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Aramubgira, ati Reka abana babanze guhāga, kukw atari vyiza kwābīra umutsima w’abana ukawuterera utubga. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe27 Yesu aramubwira ati: “Reka abana babanze barye bahage, kuko si vyiza guterera imbwa ivyokurya vy’abana.” Viz kapitola |